19 Maze ategeka nya masinzi kugandagaza ku vyatsi, hanyuma afata ya mikate itanu na za fi zibiri, arangamiza mw’ijuru, arabihezagira+, hanyuma amaze kumanyagura ya mikate, ayihereza abigishwa, abigishwa na bo bayigaburira nya masinzi+.
41 Araheza atora ya mikate itanu na za fi zibiri, arangamiza mw’ijuru arabihezagira+, hanyuma amanyagura+ ya mikate atangura kuyiha abigishwa, kugira ngo bano bayishire imbere y’abantu; hanyuma agabura za fi zibiri ku bwa bose.