ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 8:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Niwamara kurya ugahaga+, uze uhezagire+ rero Yehova Imana yawe ku bwa nya gihugu ciza yaguhaye+.

  • 1 Samweli 9:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mukimara kwinjira mu gisagara, muca mumubona, imbere y’uko aduga mu kibanza gikirurutse kurya; kuko abantu badashobora kurya atarashika, kubera ko ari we ahezagira nya kimazi+. Inyuma y’ivyo ni ho gusa abatumiwe bashobora kurya. Ubu rero nimuduge, kuko we muca mumubona buno nyene.”

  • Matayo 14:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Maze ategeka nya masinzi kugandagaza ku vyatsi, hanyuma afata ya mikate itanu na za fi zibiri, arangamiza mw’ijuru, arabihezagira+, hanyuma amaze kumanyagura ya mikate, ayihereza abigishwa, abigishwa na bo bayigaburira nya masinzi+.

  • Mariko 8:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko abwira nya sinzi ngo rigandagaze hasi, maze afata ya mikate indwi, arakenguruka+, arayimanyagura, atangura kuyiha abigishwa biwe ngo bayibagaburire, na bo bayigaburira rya sinzi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika