41 Araheza atora ya mikate itanu na za fi zibiri, arangamiza mw’ijuru arabihezagira+, hanyuma amanyagura+ ya mikate atangura kuyiha abigishwa, kugira ngo bano bayishire imbere y’abantu; hanyuma agabura za fi zibiri ku bwa bose.
16 Maze atora ya mikate itanu na za fi zibiri, arangamiza mw’ijuru, arabihezagira hanyuma arabimanyagura, aca atangura kubiha abigishwa ngo babishire imbere ya nya sinzi+.