Yohani 20:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko rero bugorovye kuri uwo musi, umusi wa mbere w’iyinga+, kandi naho imiryango yari yugaye aho abigishwa bari kubera ugutinya+ Abayuda, Yezu araza+ ahagarara hagati yabo, ababwira ati: “Mugire amahoro+.” Yohani 20:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nuko, haciye imisi umunani, abigishwa biwe bongera kuba bari mu nzu, na Toma ari kumwe na bo. Yezu araza naho imiryango yari yugaye, ahagarara hagati yabo, avuga ati: “Mugire amahoro+.”
19 Nuko rero bugorovye kuri uwo musi, umusi wa mbere w’iyinga+, kandi naho imiryango yari yugaye aho abigishwa bari kubera ugutinya+ Abayuda, Yezu araza+ ahagarara hagati yabo, ababwira ati: “Mugire amahoro+.”
26 Nuko, haciye imisi umunani, abigishwa biwe bongera kuba bari mu nzu, na Toma ari kumwe na bo. Yezu araza naho imiryango yari yugaye, ahagarara hagati yabo, avuga ati: “Mugire amahoro+.”