Yohani 13:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Imbere y’igikiriza ca Yezu hari hicaye umwe mu bigishwa biwe, kandi Yezu yaramukunda+. Yohani 20:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko arirukanga, aza kuri Simoni Petero no kuri wa mwigishwa+ wundi Yezu yiyumvamwo, ababwira ati: “Bakuye Umukama mu mva+, kandi ntituzi aho bamushize.”
2 Nuko arirukanga, aza kuri Simoni Petero no kuri wa mwigishwa+ wundi Yezu yiyumvamwo, ababwira ati: “Bakuye Umukama mu mva+, kandi ntituzi aho bamushize.”