1 Petero 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Hahezagirwe ya Mana ikaba na Se w’Umukama wacu Yezu Kristu+, kuko yaduhaye ivuka rishasha+ nk’uko imbabazi zayo nyinshi ziri, ngo tugire icizigiro kizima+ biciye kw’izuka+ rya Yezu Kristu mu bapfuye, 1 Petero 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kuko mwahawe ivuka rishasha+, bidaciye ku rubuto rurondoka+ rubora+, mugabo biciye ku rutabora+, biciye kw’ijambo+ rya ya Mana nzima kandi yamaho+.
3 Hahezagirwe ya Mana ikaba na Se w’Umukama wacu Yezu Kristu+, kuko yaduhaye ivuka rishasha+ nk’uko imbabazi zayo nyinshi ziri, ngo tugire icizigiro kizima+ biciye kw’izuka+ rya Yezu Kristu mu bapfuye,
23 Kuko mwahawe ivuka rishasha+, bidaciye ku rubuto rurondoka+ rubora+, mugabo biciye ku rutabora+, biciye kw’ijambo+ rya ya Mana nzima kandi yamaho+.