Yohani 9:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nya mugabo abishura ati: “Ni ukuri ivyo bidatangaje+, kubona mutazi iyo ava, kandi yampumuye amaso.
30 Nya mugabo abishura ati: “Ni ukuri ivyo bidatangaje+, kubona mutazi iyo ava, kandi yampumuye amaso.