Yohani 3:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Ico yabonye kandi yumvise, ico ni co ashingira intahe+, mugabo nta muntu yemera intahe yiwe+. 1 Abakorinto 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo umuntu w’umubiri ntiyakira ibintu vy’impwemu y’Imana, kuko ari ubupfu kuri we; kandi ntashobora kubimenya+, kuko bisuzumwa mu buryo bw’impwemu.
14 Mugabo umuntu w’umubiri ntiyakira ibintu vy’impwemu y’Imana, kuko ari ubupfu kuri we; kandi ntashobora kubimenya+, kuko bisuzumwa mu buryo bw’impwemu.