Yesaya 53:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Azoduga nk’agashami+ imbere y’umuntu, nk’umuzi mu gihugu kigadutse. Nta shusho y’agakomeye agira, canke ubwiza bwakaka+; kandi nitwamubona, nta sura* agira ku buryo twomwipfuza+. Yohani 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yaje iwe, mugabo abiwe ntibamwakiriye+. Yohani 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ni ukuri kwose ndabikubwiye: Ico tuzi turakivuga kandi ico twabonye turagishingira intahe+, mugabo mwebwe ntimwakira intahe dushinga+.
2 Azoduga nk’agashami+ imbere y’umuntu, nk’umuzi mu gihugu kigadutse. Nta shusho y’agakomeye agira, canke ubwiza bwakaka+; kandi nitwamubona, nta sura* agira ku buryo twomwipfuza+.
11 Ni ukuri kwose ndabikubwiye: Ico tuzi turakivuga kandi ico twabonye turagishingira intahe+, mugabo mwebwe ntimwakira intahe dushinga+.