-
Yohani 19:5Bibiliya y’isi nshasha
-
-
5 Nuko Yezu aza hanze, yambaye rwa rugori rw’amahwa na ya mpuzu yo hejuru y’umuyugubwe. Hanyuma ababwira ati: “Ng’uyu wa mugabo!”