Yobu 14:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko hari icizigiro no ku giti.Ciciwe, kizosubira kunaga+,N’umunago waco ntuzoreka kubaho. Yesaya 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi agashami+ kazoshamika ata kabuza ku gishitsi ca Yese+; kandi mu mizi yiwe hazova umunago+ urondoka+. Zakariya 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uheze umubwire uti:“‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ng’uwu umugabo+ yitwa Munago+. Azonagira mu kibanza ciwe bwite, kandi azokwubaka koko urusengero rwa Yehova+. Abafilipi 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Oya, ahubwo yarahevye vyose amera nk’umushumba+, acika uwusa n’abantu+.
11 Kandi agashami+ kazoshamika ata kabuza ku gishitsi ca Yese+; kandi mu mizi yiwe hazova umunago+ urondoka+.
12 Uheze umubwire uti:“‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ng’uwu umugabo+ yitwa Munago+. Azonagira mu kibanza ciwe bwite, kandi azokwubaka koko urusengero rwa Yehova+.