Mariko 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Buno nyene aduze avuye mu mazi abona ijuru ryuguruka, n’impwemu imanuka kuri we imeze nk’inuma+; Ivyakozwe 8:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Bariko baragenda muri iyo nzira, bashikira ikidengeri c’amazi, hanyuma nya nkone ivuga iti: “Ehe ikidengeri c’amazi; ni igiki kimbuza kubatizwa+?”
36 Bariko baragenda muri iyo nzira, bashikira ikidengeri c’amazi, hanyuma nya nkone ivuga iti: “Ehe ikidengeri c’amazi; ni igiki kimbuza kubatizwa+?”