Matayo 14:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko Herodi yari yafashe Yohani aramuboha, amuta mw’ibohero kubera Herodiya muka Filipo mwene wabo+. Luka 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 yongerako n’iki kintu kuri ivyo vyose: yugaranira Yohani mw’ibohero+.
3 Kuko Herodi yari yafashe Yohani aramuboha, amuta mw’ibohero kubera Herodiya muka Filipo mwene wabo+.