2 Abatesalonika 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 mu muriro uyingana, niyihora+ abatazi Imana+ be n’abatagamburukira+ inkuru nziza yerekeye Umukama wacu Yezu+. 1 Yohani 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uwufise Umwana arafise ubwo buzima; uwudafise Umwana w’Imana ntafise ubwo buzima+.
8 mu muriro uyingana, niyihora+ abatazi Imana+ be n’abatagamburukira+ inkuru nziza yerekeye Umukama wacu Yezu+.