Matayo 12:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Abagabo b’i Ninewe bazohagurukana n’iri yaruka mu rubanza+ baritsindishe+; kuko bigaye aho bumviye ivyo Yona+ yamamaza, mugabo, ehe ng’aha hari ikiruta Yona. Luka 11:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Umwamikazi+ wo mu bumanuko azohagurutsanywa n’abagabo b’iri yaruka mu rubanza abatsindishe; kuko yaje ava ku mpera z’isi kugira ngo yumve ubukerebutsi bwa Salomo, mugabo, ehe uwuruta+ Salomo ari ng’aha. Yohani 8:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 None wewe uruta+ data Aburahamu yapfuye? N’abahanuzi barapfuye+. None wewe wigira ngo uri nde?”
41 Abagabo b’i Ninewe bazohagurukana n’iri yaruka mu rubanza+ baritsindishe+; kuko bigaye aho bumviye ivyo Yona+ yamamaza, mugabo, ehe ng’aha hari ikiruta Yona.
31 Umwamikazi+ wo mu bumanuko azohagurutsanywa n’abagabo b’iri yaruka mu rubanza abatsindishe; kuko yaje ava ku mpera z’isi kugira ngo yumve ubukerebutsi bwa Salomo, mugabo, ehe uwuruta+ Salomo ari ng’aha.