Mariko 14:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 “Twaramwumvise avuga ngo: ‘Nzosenyura uru rusengero rwakozwe n’amaboko hanyuma mu misi itatu nubake urundi rudakozwe n’amaboko+.’” Abaheburayo 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ariko igihe Kristu yaza bwa muherezi mukuru+ w’ibintu vyiza bimaze kuba, biciye kw’ihema rinini kuruta kandi ritunganye kuruta ritakozwe n’amaboko, ni ukuvuga, ritari iryo muri ibi biremwa+,
58 “Twaramwumvise avuga ngo: ‘Nzosenyura uru rusengero rwakozwe n’amaboko hanyuma mu misi itatu nubake urundi rudakozwe n’amaboko+.’”
11 Ariko igihe Kristu yaza bwa muherezi mukuru+ w’ibintu vyiza bimaze kuba, biciye kw’ihema rinini kuruta kandi ritunganye kuruta ritakozwe n’amaboko, ni ukuvuga, ritari iryo muri ibi biremwa+,