Matayo 26:61 Bibiliya y’isi nshasha 61 bavuga bati: “Uyu muntu yavuze ngo: ‘Ndashobora gusenyurira hasi urusengero rw’Imana, nkarwubaka mu misi itatu+.’” Mariko 15:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kandi abahaca baza baramutuka+, bazunza umutwe bongera bavuga ngo: “Ee! Wewe ugira ngo wosenyura urusengero ukarwubaka mu misi itatu+, Yohani 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Yezu abishura ati: “Nimusenyure uru rusengero+, nanje mu misi itatu nzoruhagurutsa.”
61 bavuga bati: “Uyu muntu yavuze ngo: ‘Ndashobora gusenyurira hasi urusengero rw’Imana, nkarwubaka mu misi itatu+.’”
29 Kandi abahaca baza baramutuka+, bazunza umutwe bongera bavuga ngo: “Ee! Wewe ugira ngo wosenyura urusengero ukarwubaka mu misi itatu+,