Zaburi 22:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nayo abambona bose, bantwengera mw’ijigo+;Baguma bataburura iminwa, baguma bazunza umutwe, ngo+: Zaburi 109:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kuri bo jewe nacitse ikintu co gusigwa iceyi+.Barambona, bagatangura kuzunza umutwe+. Yesaya 53:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yarasuzugurwa kandi akinubwa n’abantu+; yari umuntu agenewe imibabaro n’ukumenya indwara+. Wamenga twari duhishijwe mu maso h’umuntu+. Yarasuzugurwa, tukamubona nk’ubusa+.
3 Yarasuzugurwa kandi akinubwa n’abantu+; yari umuntu agenewe imibabaro n’ukumenya indwara+. Wamenga twari duhishijwe mu maso h’umuntu+. Yarasuzugurwa, tukamubona nk’ubusa+.