Matayo 27:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 bavuga ngo: “Ewe wa muntu ugira ngo wosenyura urusengero+ ukarwubaka mu misi itatu, niwikize! Nimba uri umwana w’Imana, manuka uve kuri ico giti co kubabarizwako+!” Mariko 14:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 “Twaramwumvise avuga ngo: ‘Nzosenyura uru rusengero rwakozwe n’amaboko hanyuma mu misi itatu nubake urundi rudakozwe n’amaboko+.’”
40 bavuga ngo: “Ewe wa muntu ugira ngo wosenyura urusengero+ ukarwubaka mu misi itatu, niwikize! Nimba uri umwana w’Imana, manuka uve kuri ico giti co kubabarizwako+!”
58 “Twaramwumvise avuga ngo: ‘Nzosenyura uru rusengero rwakozwe n’amaboko hanyuma mu misi itatu nubake urundi rudakozwe n’amaboko+.’”