2 Abami 17:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ariko ihanga rimwerimwe ryose ukwaryo ryihingurira imana yaryo bwite+, baraheza bazishira mu nzu yo ku bibanza bikirurutse Abasamariya bari barakoze, ihanga rimwerimwe ryose ukwaryo, mu bisagara vyabo babamwo. 2 Abami 17:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Baratinya Yehova+, mugabo bagasenga imana zabo bwite+, bisunze uburyo bwo gusenga bw’amahanga bari barakuwemwo bakajanwa mu bunyagano+.
29 Ariko ihanga rimwerimwe ryose ukwaryo ryihingurira imana yaryo bwite+, baraheza bazishira mu nzu yo ku bibanza bikirurutse Abasamariya bari barakoze, ihanga rimwerimwe ryose ukwaryo, mu bisagara vyabo babamwo.
33 Baratinya Yehova+, mugabo bagasenga imana zabo bwite+, bisunze uburyo bwo gusenga bw’amahanga bari barakuwemwo bakajanwa mu bunyagano+.