Gusubira mu vyagezwe 18:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Umuhanuzi avuye hagati yawe, avuye muri bene wanyu, nka jewe, ni we Yehova Imana yawe azoguhagurukiriza, ari na we mukwiye kwumviriza+, Yohani 7:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Yamara raba ariko avugira ku mugaragaro+, kandi nta na kimwe bamubwira. None abatware barazi neza yuko uyu ari we Kristu+?
15 Umuhanuzi avuye hagati yawe, avuye muri bene wanyu, nka jewe, ni we Yehova Imana yawe azoguhagurukiriza, ari na we mukwiye kwumviriza+,
26 Yamara raba ariko avugira ku mugaragaro+, kandi nta na kimwe bamubwira. None abatware barazi neza yuko uyu ari we Kristu+?