Luka 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Aca aregera, akora ku nderuzo, abayiteruye na bo barahagarara, hanyuma avuga ati: “Musore, ndabikubwiye: Haguruka+!” Luka 8:54 Bibiliya y’isi nshasha 54 Mugabo amufata ukuboko hanyuma arahamagara, ati: “Mukobwa wanje, haguruka+!” Yohani 11:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yezu amubwira ati: “Ni jewe zuka n’ubuzima+. Uwunyizera, naho yopfa, azoba muzima+; Ivyahishuwe 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 n’umwe ari muzima+; kandi narapfuye+, mugabo, ehe ndi muzima ibihe bitazoshira+, kandi mfise impfunguruzo z’urupfu+ n’iz’ukuzimu+.
14 Aca aregera, akora ku nderuzo, abayiteruye na bo barahagarara, hanyuma avuga ati: “Musore, ndabikubwiye: Haguruka+!”
18 n’umwe ari muzima+; kandi narapfuye+, mugabo, ehe ndi muzima ibihe bitazoshira+, kandi mfise impfunguruzo z’urupfu+ n’iz’ukuzimu+.