ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Yehova atangura kuvugana namwe hagati mu muriro+. Ugusamīra kw’amajambo ni kwo mwumva, mugabo nta shusho+ mwabona, eka nta kindi atari ijwi+.

  • Yohani 1:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+; wa mwana w’ikinege*+ ari mu gikiriza+ ca Se ni we yayisiguye+.

  • Yohani 6:46
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 46 Si uko hari umuntu yabonye Data+, atari uwavuye ku Mana; uwo ni we yabonye Data+.

  • 1 Timoteyo 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Wa Mwami w’ibihe bidahera+ rero, umwe atabora+, ataboneka+, we Mana yonyene+, iteka n’ubuninahazwa bibe ivyiwe ibihe bitazoshira+. Amen.

  • 1 Yohani 4:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+. Nimba tubandanya gukundana, Imana iguma muri twebwe n’urukundo rwayo rukagirwa urutagira akanenge muri twebwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika