Abaroma 3:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 kandi ni nk’ingabirano ya gusa+ kubona bariko bitwa abagororotsi ku buntu ata wari abukwiriye bwayo+, mu kubohorwa biciye ku ncungu*+ yarishwe na Kristu Yezu. Abaroma 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko igicumuro kidategerezwa kubaganza, kuko mutagabwa n’itegeko+ mugabo mugabwa n’ubuntu ata wari abukwiriye+.
24 kandi ni nk’ingabirano ya gusa+ kubona bariko bitwa abagororotsi ku buntu ata wari abukwiriye bwayo+, mu kubohorwa biciye ku ncungu*+ yarishwe na Kristu Yezu.
14 Kuko igicumuro kidategerezwa kubaganza, kuko mutagabwa n’itegeko+ mugabo mugabwa n’ubuntu ata wari abukwiriye+.