Yohani 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nya mugabo buno nyene aca arakira, atora uburiri bwiwe, atangura gutambuka. Kuri uwo musi hari kw’isabato+.
9 Nya mugabo buno nyene aca arakira, atora uburiri bwiwe, atangura gutambuka. Kuri uwo musi hari kw’isabato+.