Itanguriro 49:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Agakoni k’ubutware ntikazova kuri Yuda+, eka n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo aje+; ni we ibisata vy’abantu bizogamburukira+. Mika 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Nayo wewe, ewe Betelehemu Efurata+, wewe mutoyi cane ku buryo utoharurwa mu bihumbi vya Yuda+, muri wewe+ hazomviramwo uwuzoba umutware muri Isirayeli+, amamo yiwe akaba ari ayo kuva mu bihe vya kera, kuva mu misi ya kera*+. Abaheburayo 7:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mu kuba atagira se, atagira nyina canke amamuko canke intango y’imisi+ canke iherezo ry’ubuzima, mugabo akaba yagizwe nk’Umwana w’Imana+, aguma ari umuherezi ibihe vyose+.
10 Agakoni k’ubutware ntikazova kuri Yuda+, eka n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo aje+; ni we ibisata vy’abantu bizogamburukira+.
2 “Nayo wewe, ewe Betelehemu Efurata+, wewe mutoyi cane ku buryo utoharurwa mu bihumbi vya Yuda+, muri wewe+ hazomviramwo uwuzoba umutware muri Isirayeli+, amamo yiwe akaba ari ayo kuva mu bihe vya kera, kuva mu misi ya kera*+.
3 Mu kuba atagira se, atagira nyina canke amamuko canke intango y’imisi+ canke iherezo ry’ubuzima, mugabo akaba yagizwe nk’Umwana w’Imana+, aguma ari umuherezi ibihe vyose+.