Mariko 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uyu si wa mubaji+, umuhungu wa Mariya+ akaba na mwene wabo na Yakobo+ na Yozefu na Yuda na Simoni+? Bashikiwe na bo ntibari ng’aha kumwe natwe?” Nuko batangura gutsitara kubera we+. Yohani 8:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Yezu abishura ati: “Naho nishingira intahe koko, intahe+ yanje ni iy’ukuri, kuko nzi iyo navuye n’iyo ndiko ndaja+. Mugabo mwebwe ntimuzi iyo navuye n’iyo ndiko ndaja.
3 Uyu si wa mubaji+, umuhungu wa Mariya+ akaba na mwene wabo na Yakobo+ na Yozefu na Yuda na Simoni+? Bashikiwe na bo ntibari ng’aha kumwe natwe?” Nuko batangura gutsitara kubera we+.
14 Yezu abishura ati: “Naho nishingira intahe koko, intahe+ yanje ni iy’ukuri, kuko nzi iyo navuye n’iyo ndiko ndaja+. Mugabo mwebwe ntimuzi iyo navuye n’iyo ndiko ndaja.