ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 11:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kandi azodugiriza koko ikimenyetso amahanga, akoranye abashwiragiye ba Isirayeli+; kandi abasanzaye ba Yuda azobegeranya abakuye ku mpera zine z’isi+.

  • Ivyakozwe 17:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Buno nyene mw’ijoro+ abavukanyi batuma Paulo na Silasi i Beroya, hanyuma bashitseyo, binjira mw’isinagogi y’Abayuda.

  • 1 Petero 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 1 Jewe Petero, intumwa+ ya Yezu Kristu, ndabandikiye mwebwe ingenzi+ zasabagiye+ i Ponto, i Galatiya, i Kapadokiya+, muri Aziya n’i Bitiniya, mwebwe abatowe+

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika