Yohani 15:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Iyo muba ab’isi, isi yokunze cane icayo+. Ariko kubera ko mutari ab’isi+, mugabo nkaba nabatoye mw’isi, ni co gituma isi ibanka+. Abaheburayo 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Abo bose bapfiriye mu kwizera+, naho bataronse iranguka rya nya mihango+, mugabo bayiboneye kure+ barayiha ikaze bongera baratura icese yuko bari ba kavantara n’ingenzi muri nya gihugu+.
19 Iyo muba ab’isi, isi yokunze cane icayo+. Ariko kubera ko mutari ab’isi+, mugabo nkaba nabatoye mw’isi, ni co gituma isi ibanka+.
13 Abo bose bapfiriye mu kwizera+, naho bataronse iranguka rya nya mihango+, mugabo bayiboneye kure+ barayiha ikaze bongera baratura icese yuko bari ba kavantara n’ingenzi muri nya gihugu+.