2 Abakorinto 5:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Umwe atari azi igicumuro+ yamugize igicumuro+ ku bwacu, kugira ngo ducike ubugororotsi bw’Imana+ biciye kuri we. Abaheburayo 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko umuherezi mukuru dufise atari uwudashobora gusangira+ natwe umubabaro mu bugoyagoye bwacu, ahubwo ni uwagejejwe mu mice yose cokimwe natwe, mugabo ntiyagira igicumuro+. Abaheburayo 7:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kuko umuherezi mukuru nk’uwo ari we yari atubereye+, uwuri intahemuka+, inziraburyarya+, uwudahumanye+, uwutandukanijwe n’abacumuzi+, kandi yacitse uwuri hejuru kuruta amajuru+. 1 Petero 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nta gicumuro yakoze+, eka kandi nta buhendanyi bwabonetse mu kanwa kiwe+. 1 Yohani 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Murazi kandi yuko urya yerekanywe kugira ngo akureho ibicumuro vyacu+, kandi nta gicumuro+ kiri muri we.
21 Umwe atari azi igicumuro+ yamugize igicumuro+ ku bwacu, kugira ngo ducike ubugororotsi bw’Imana+ biciye kuri we.
15 Kuko umuherezi mukuru dufise atari uwudashobora gusangira+ natwe umubabaro mu bugoyagoye bwacu, ahubwo ni uwagejejwe mu mice yose cokimwe natwe, mugabo ntiyagira igicumuro+.
26 Kuko umuherezi mukuru nk’uwo ari we yari atubereye+, uwuri intahemuka+, inziraburyarya+, uwudahumanye+, uwutandukanijwe n’abacumuzi+, kandi yacitse uwuri hejuru kuruta amajuru+.
5 Murazi kandi yuko urya yerekanywe kugira ngo akureho ibicumuro vyacu+, kandi nta gicumuro+ kiri muri we.