Yohani 14:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Vyongeye, nimba ngiye nkabategurira ikibanza, ndiko ndagaruka+ kandi nzobakira i muhira iwanje+, kugira ngo aho ndi abe ari ho namwe muba+. 2 Petero 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 nzi yuko vuba igihe co kwambura itaberenakulo yanje kiri hafi+, nk’uko n’Umukama wacu Yezu Kristu yabinyeretse+. Ivyahishuwe 14:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Abo ni bo batihumanishije abagore+; nkako, ni amasugi+. Abo ni bo baguma bakurikira wa Mwagazi w’intama aho aja hose+. Abo baguzwe+ bakuwe mu bantu ngo babe umushuzo+ ku Mana no kuri wa Mwagazi w’intama,
3 Vyongeye, nimba ngiye nkabategurira ikibanza, ndiko ndagaruka+ kandi nzobakira i muhira iwanje+, kugira ngo aho ndi abe ari ho namwe muba+.
14 nzi yuko vuba igihe co kwambura itaberenakulo yanje kiri hafi+, nk’uko n’Umukama wacu Yezu Kristu yabinyeretse+.
4 Abo ni bo batihumanishije abagore+; nkako, ni amasugi+. Abo ni bo baguma bakurikira wa Mwagazi w’intama aho aja hose+. Abo baguzwe+ bakuwe mu bantu ngo babe umushuzo+ ku Mana no kuri wa Mwagazi w’intama,