Yohani 16:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mu kanya gatoyi ntimuzoba mukimbona+, kandi mu kanya gatoyi muzokwongera kumbona.” Yohani 17:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Data, ku co wampaye, nshaka yuko aho ndi, na bo haba ari ho baba kumwe nanje+, kugira ngo babone ubuninahazwa bwanje wampaye, kubera ko wankunze imbere y’ishingwa+ ry’isi+.
24 Data, ku co wampaye, nshaka yuko aho ndi, na bo haba ari ho baba kumwe nanje+, kugira ngo babone ubuninahazwa bwanje wampaye, kubera ko wankunze imbere y’ishingwa+ ry’isi+.