ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 5:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Yezu rero abandanya kubishura ati: “Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Umwana ntashobora gukora ikintu na kimwe avyigeneye, mugabo akora gusa ico abonye Se akora+. Kuko ivyo Uwo akora, n’Umwana abikora kuno nyene.

  • Yohani 7:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Yezu na we arabishura, avuga ati: “Ivyo nigisha si ivyanje, ahubwo ni ivy’uwandungitse+.

  • Yohani 12:49
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 49 kuko ntavuze ndavyitumye, ahubwo Data ubwiwe yandungitse ni we yampaye ibwirizwa ry’ivyo ntegerezwa kumenyesha n’ivyo ntegerezwa kuvuga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika