Yohani 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nta wabunyatse, mugabo ndabuheba ku gushaka kwanje. Ndafise ububasha bwo kubuheba, nkagira n’ububasha bwo kwongera kuburonka+. Ibwirizwa+ ry’ivyo narironse ndarihawe na Dawe.” Yohani 12:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 kuko ntavuze ndavyitumye, ahubwo Data ubwiwe yandungitse ni we yampaye ibwirizwa ry’ivyo ntegerezwa kumenyesha n’ivyo ntegerezwa kuvuga+. Yohani 15:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nimwubahiriza amabwirizwa yanje+, muzoguma mu rukundo rwanje, nk’uko nanje nubahirije amabwirizwa ya Data+, nkaguma mu rukundo rwiwe. Abafilipi 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 N’ikiruta ivyo, igihe yasanga ameze nk’umuntu+, yaricishije bugufi, aragamburuka gushika no ku rupfu+, egome, urupfu rwo ku giti co kubabarizwako+. 1 Yohani 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko iki ari co ugukunda+ Imana gusobanura: ni uko twubahiriza amabwirizwa yayo+; yamara amabwirizwa yayo si umuzigo+,
18 Nta wabunyatse, mugabo ndabuheba ku gushaka kwanje. Ndafise ububasha bwo kubuheba, nkagira n’ububasha bwo kwongera kuburonka+. Ibwirizwa+ ry’ivyo narironse ndarihawe na Dawe.”
49 kuko ntavuze ndavyitumye, ahubwo Data ubwiwe yandungitse ni we yampaye ibwirizwa ry’ivyo ntegerezwa kumenyesha n’ivyo ntegerezwa kuvuga+.
10 Nimwubahiriza amabwirizwa yanje+, muzoguma mu rukundo rwanje, nk’uko nanje nubahirije amabwirizwa ya Data+, nkaguma mu rukundo rwiwe.
8 N’ikiruta ivyo, igihe yasanga ameze nk’umuntu+, yaricishije bugufi, aragamburuka gushika no ku rupfu+, egome, urupfu rwo ku giti co kubabarizwako+.
3 Kuko iki ari co ugukunda+ Imana gusobanura: ni uko twubahiriza amabwirizwa yayo+; yamara amabwirizwa yayo si umuzigo+,