Yohani 13:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Ndabahaye ibwirizwa rishasha: mukundane. Nk’uko nabakunze+, abe ari ko namwe mukundana+. Yohani 14:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Nimba munkunda, muzokwubahiriza amabwirizwa yanje+; 1 Yohani 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mugabo uwo wese yubahiriza ijambo ryiwe+, vy’ukuri muri uyo muntu ugukunda Imana kuba kwaragizwe ukutagira akanenge+. Ico ni co tumenyerako yuko twunze ubumwe na we+.
5 Mugabo uwo wese yubahiriza ijambo ryiwe+, vy’ukuri muri uyo muntu ugukunda Imana kuba kwaragizwe ukutagira akanenge+. Ico ni co tumenyerako yuko twunze ubumwe na we+.