Matayo 17:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 kandi bazomwica, maze ku musi ugira gatatu azozurwa+.” Ivyo bibatera intuntu nyinshi+. Yohani 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Imitima yanyu ntihagarare+. Mwizere Imana+, na jewe+ munyizere. Yohani 16:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Na mwebwe rero, ubu koko muri n’intuntu; mugabo nzokwongera kubabona kandi imitima yanyu izonezerwa+, kandi akanyamuneza kanyu nta n’umwe azokabaka.
22 Na mwebwe rero, ubu koko muri n’intuntu; mugabo nzokwongera kubabona kandi imitima yanyu izonezerwa+, kandi akanyamuneza kanyu nta n’umwe azokabaka.