ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 15:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Iyo ntaba naraje nkababwira, nta gicumuro bobaye bafise+; mugabo ubu nta co bireguza ku gicumuro cabo+.

  • Abaroma 3:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Biciye ku bikorwa vy’itegeko rero nta muntu n’umwe azokwitwa umugororotsi+ imbere yayo, kuko biciye kw’itegeko+ ari ho ubumenyi butagira amakosa bwerekeye igicumuro buboneka+.

  • Abaroma 7:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nkako, kera nari muzima ata tegeko+; mugabo aho ibwirizwa rishikiye+, igicumuro carasubiye kuba kizima, mugabo jewe ndapfa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika