Itanguriro 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abwira nya mugore ati: “Nzokwongereza rwose ububabare bw’ukwibungenga kwawe+; uzovyara abana mu misonga+, kandi uzohahamira umugabo wawe, na we azokuganza+.” Yesaya 26:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kurya umugore yibungenze yegereza ukwibaruka, akagira ububabare bw’ibise, akaboroga mu misonga yiwe y’ukwibaruka, ni ko twabaye kubera wewe, Yehova we+!
16 Abwira nya mugore ati: “Nzokwongereza rwose ububabare bw’ukwibungenga kwawe+; uzovyara abana mu misonga+, kandi uzohahamira umugabo wawe, na we azokuganza+.”
17 Kurya umugore yibungenze yegereza ukwibaruka, akagira ububabare bw’ibise, akaboroga mu misonga yiwe y’ukwibaruka, ni ko twabaye kubera wewe, Yehova we+!