Matayo 13:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Ivyo vyose Yezu yabibwiye amasinzi mu bigereranyo. Nkako, nta co yababwira adakoresheje ikigereranyo+; Yohani 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ico kigereranyo ni bo Yezu yagihaye; mugabo ntibamenye insobanuro y’ibintu yariko arababwira+.
34 Ivyo vyose Yezu yabibwiye amasinzi mu bigereranyo. Nkako, nta co yababwira adakoresheje ikigereranyo+;