Yohani 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Vyongeye, nta muntu yaduze mw’ijuru+ atari uwamanutse ava mw’ijuru+, ari we Mwana w’umuntu+. Yohani 17:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 kubera ko amajambo wampaye nayabahaye+, kandi barayakiriye baramenya vy’ukuri yuko naje nguserukira+, kandi baremeye yuko wantumye+.
8 kubera ko amajambo wampaye nayabahaye+, kandi barayakiriye baramenya vy’ukuri yuko naje nguserukira+, kandi baremeye yuko wantumye+.