Matayo 8:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Aho ashikiye ku yindi nkengera, mu gihugu c’Abagadareni+, abagabo babiri biziziwe n’amadayimoni+ baza kumusanganira bavuye hagati mu mva, bakaba bari bakaze bimwe bidasanzwe ku buryo ata watinyuka guca muri iyo nzira.
28 Aho ashikiye ku yindi nkengera, mu gihugu c’Abagadareni+, abagabo babiri biziziwe n’amadayimoni+ baza kumusanganira bavuye hagati mu mva, bakaba bari bakaze bimwe bidasanzwe ku buryo ata watinyuka guca muri iyo nzira.