Matayo 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 abantu barabatizwa na we mu ruzi Yorodani+, bakatura ibicumuro vyabo ata guhisha. Yakobo 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mwaturiranire+ ibicumuro rero ata guhishanya kandi musengeranire, kugira ngo mukire+. Ugutakamba kw’umugororotsi, igihe gukora, kugira inguvu nyinshi+.
16 Mwaturiranire+ ibicumuro rero ata guhishanya kandi musengeranire, kugira ngo mukire+. Ugutakamba kw’umugororotsi, igihe gukora, kugira inguvu nyinshi+.