Ivyakozwe 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 amusaba amakete ajana ku masinagogi y’i Damasiko, kugira ngo abo abonye bose bo muri Ya Nzira+ abazane i Yeruzalemu baboshe, abagabo n’abagore. Ivyakozwe 19:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo aho bamwe babandanirije kwikomantaza ntibizere+, bakavuga nabi Ya Nzira+ imbere ya nya bantu indiri, abavamwo+ hanyuma akura abigishwa muri bo+, ku musi ku musi agashikiriza insiguro mu ngoro y’ishure rya Tirano. Ivyakozwe 22:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi narahama iyi Nzira gushika ku rupfu+, nkaboha nkongera ngatanga ku mabohero+ abagabo n’abagore,
2 amusaba amakete ajana ku masinagogi y’i Damasiko, kugira ngo abo abonye bose bo muri Ya Nzira+ abazane i Yeruzalemu baboshe, abagabo n’abagore.
9 Mugabo aho bamwe babandanirije kwikomantaza ntibizere+, bakavuga nabi Ya Nzira+ imbere ya nya bantu indiri, abavamwo+ hanyuma akura abigishwa muri bo+, ku musi ku musi agashikiriza insiguro mu ngoro y’ishure rya Tirano.
4 Kandi narahama iyi Nzira gushika ku rupfu+, nkaboha nkongera ngatanga ku mabohero+ abagabo n’abagore,