Ivyakozwe 19:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Mu vy’ukuri, bamwe bariko basemerera bavuga ikintu kimwe, abandi ikindi+; kuko nya koraniro ryari mu muvurungano, kandi abenshi muri bo ntibari bazi icari catumye bakoranira hamwe.
32 Mu vy’ukuri, bamwe bariko basemerera bavuga ikintu kimwe, abandi ikindi+; kuko nya koraniro ryari mu muvurungano, kandi abenshi muri bo ntibari bazi icari catumye bakoranira hamwe.