Ivyakozwe 16:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Mugabo Paulo ababwira ati: “Badutonaguye ku mugaragaro ata rubanza rudutsinze, twebwe abantu b’Abaroma+, baduta mw’ibohero; none ubu badute hanze mu mpisho? Oya, habe na gatoyi! Ahubwo nibaze abe ari bo badusohora.” Ivyakozwe 23:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Uyu mugabo yafashwe n’Abayuda, bakaba bagira bamukureho, mugabo naciye buno nyene nzanana n’inteko z’abasoda ndamutabara+, kuko numvise ko ari Umuroma+.
37 Mugabo Paulo ababwira ati: “Badutonaguye ku mugaragaro ata rubanza rudutsinze, twebwe abantu b’Abaroma+, baduta mw’ibohero; none ubu badute hanze mu mpisho? Oya, habe na gatoyi! Ahubwo nibaze abe ari bo badusohora.”
27 Uyu mugabo yafashwe n’Abayuda, bakaba bagira bamukureho, mugabo naciye buno nyene nzanana n’inteko z’abasoda ndamutabara+, kuko numvise ko ari Umuroma+.