ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 16:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Mugabo Paulo ababwira ati: “Badutonaguye ku mugaragaro ata rubanza rudutsinze, twebwe abantu b’Abaroma+, baduta mw’ibohero; none ubu badute hanze mu mpisho? Oya, habe na gatoyi! Ahubwo nibaze abe ari bo badusohora.”

  • Ivyakozwe 22:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Mugabo aho bamariye kumuramvura kugira ngo akubitwe, Paulo abwira intwazangabo yari ihagaze ng’aho ati: “Mbega muremererwa gushishagura umuntu w’Umuroma+ kandi ata rubanza rwamutsinze?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika