5 banzi kuva mu ntango, nimba bashaka koko kubishingira intahe, barazi yuko nabayeho ndi Umufarizayo+ nk’uko umuce w’idini usumvya iyindi gukavya+ wo mu nsengo yacu uri.
5 nagenyerewe ku musi ugira umunani+, nkaba nkomoka mu bwoko bwa Isirayeli, mu muryango wa Benyamini+, nkaba Umuheburayo yavutse ku Baheburayo+; ku bijanye n’itegeko, ndi Umufarizayo*+;