Itanguriro 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uw’igitsina-gabo wese wo muri mwebwe amaze imisi umunani abwirizwa kugenyerwa+, nk’uko amayaruka yanyu ari, umuntu wese yavukiye mu nzu yawe n’umuntu wese yaguzwe amahera ku munyamahanga uwo ari we wese atari uwo mu ruvyaro rwawe. Abalewi 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ku musi ugira umunani agashato* k’umubiri wa nya mwana kazogenyerwa+.
12 Uw’igitsina-gabo wese wo muri mwebwe amaze imisi umunani abwirizwa kugenyerwa+, nk’uko amayaruka yanyu ari, umuntu wese yavukiye mu nzu yawe n’umuntu wese yaguzwe amahera ku munyamahanga uwo ari we wese atari uwo mu ruvyaro rwawe.