Ivyakozwe 23:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ariko rero, umuhungu wa mushiki wa Paulo yumva ivy’uwo mutego wabo+, aca araza, yinjira ahari icicaro c’abasoda, abimenyesha Paulo. Ivyakozwe 25:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 bisabira ku vy’uwo mugabo ko yobagirira ubutoni akamutumako ngo aze i Yeruzalemu, kuko bari bateze umutego+ ngo bamwice mu nzira.
16 Ariko rero, umuhungu wa mushiki wa Paulo yumva ivy’uwo mutego wabo+, aca araza, yinjira ahari icicaro c’abasoda, abimenyesha Paulo.
3 bisabira ku vy’uwo mugabo ko yobagirira ubutoni akamutumako ngo aze i Yeruzalemu, kuko bari bateze umutego+ ngo bamwice mu nzira.