ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 37:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Umubisha aguma areretse umugororotsi+,

      Akarondera kumwica+.

  • Imigani 1:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kuko ibirenge vyabo ari ivyirukira ikibi+ gusa, kandi biguma vyihutira gusesa amaraso+.

  • Ivyakozwe 9:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Maze imisi itari mike iri mu guhera, Abayuda baja inama yo kumwica+.

  • Ivyakozwe 14:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Igihe rero abanyamahanga n’Abayuda hamwe n’abatware babo bagerageza n’ubukazi n’akantu kubagirira nabi bimwe biteye isoni no kubatera amabuye+,

  • Ivyakozwe 23:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Na canecane, ntureke ngo bakwumvishe unyurwe, kuko abagabo barenga mirongo ine bo muri bo bamureretse+, kandi barahiye barisiba yuko batazogenda bariye canke ngo banywe batamwishe+; kandi ubu biteguye, barindiriye ico ubemerera.”

  • 2 Abakorinto 11:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 mu ngendo kenshi, mu kaga k’inzuzi, mu kaga k’abambuzi+, mu kaga k’abo mu bwoko bwanje bwite+, mu kaga k’amahanga+, mu kaga mu gisagara+, mu kaga mu gahinga, mu kaga mu kiyaga, mu kaga muri bene wacu b’ikinyoma,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika